ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu wa Yehowasi+ mwene Ahaziya+ umwami wa Yuda, Yehowahazi+ mwene Yehu+ aba umwami wa Isirayeli i Samariya imyaka cumi n’indwi.

  • 2 Abami 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi wa Yehowasi umwami wa Yuda, Yehowasi+ mwene Yehowahazi aba umwami wa Isirayeli i Samariya imyaka cumi n’itandatu.

  • 2 Abami 14:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mu mwaka ugira cumi na gatanu wa Amaziya mwene Yehowasi umwami wa Yuda, Yerobowamu+ mwene Yehowasi umwami wa Isirayeli aba umwami i Samariya imyaka mirongo ine n’umwe.

  • 2 Abami 14:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Amaherezo Yerobowamu aryama hamwe na ba sekuruza, hamwe n’abami ba Isirayeli, maze Zekariya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika