ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Umugore wa Yerobowamu arahaguruka rero, aragenda hanyuma ashika i Tiruza+. Ashitse ku rwinjiriro rw’inzu, wa muhungu arapfa.

  • 1 Abami 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nuko Bayasha akimara kuvyumva, aca areka kwubaka Rama+ maze abandanya kuba i Tiruza+.

  • 1 Abami 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatandatu wa Asa umwami wa Yuda, Ela mwene Bayasha aba umwami wa Isirayeli i Tiruza imyaka ibiri.

  • 1 Abami 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Omuri na Isirayeli yose baraduga bavuye i Gibetoni hanyuma batangura gusugereza+ Tiruza.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika