2 Abami 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe.
10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe.