1 Ngoma 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 uwa Yehowasi akaba Amaziya+, uwa Amaziya akaba Azariya+, uwa Azariya akaba Yotamu+, 2 Ngoma 27:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo ibisigaye mu vya Yotamu+ n’intambara ziwe zose n’inzira ziwe, ehe vyanditswe mu Gitabu+ c’Abami ba Isirayeli n’aba Yuda. Matayo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uziya avyara Yotamu;Yotamu+ avyara Ahazi+;Ahazi avyara Hezekiya+;
7 Nayo ibisigaye mu vya Yotamu+ n’intambara ziwe zose n’inzira ziwe, ehe vyanditswe mu Gitabu+ c’Abami ba Isirayeli n’aba Yuda.