2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami. 1 Ngoma 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 uwa Yotamu akaba Ahazi+, uwa Ahazi akaba Hezekiya+, uwa Hezekiya akaba Manase+,
18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami.