2 Abami 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Amaherezo Hosheya+ mwene Ela agīra umugambi mubi+ Peka mwene Remaliya maze aramugarika+, aramwica; nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe mu mwaka ugira mirongo ibiri wa Yotamu+ mwene Uziya. 2 Abami 17:1 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu mwaka ugira cumi na kabiri wa Ahazi umwami wa Yuda, Hosheya+ mwene Ela aba umwami wa Isirayeli i Samariya+ imyaka icenda.
30 Amaherezo Hosheya+ mwene Ela agīra umugambi mubi+ Peka mwene Remaliya maze aramugarika+, aramwica; nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe mu mwaka ugira mirongo ibiri wa Yotamu+ mwene Uziya.
17 Mu mwaka ugira cumi na kabiri wa Ahazi umwami wa Yuda, Hosheya+ mwene Ela aba umwami wa Isirayeli i Samariya+ imyaka icenda.