2 Abami 15:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Muri iyo misi Yehova atangura kurungika+ Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya ngo batere Yuda.
37 Muri iyo misi Yehova atangura kurungika+ Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya ngo batere Yuda.