2 Abami 16:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ico gihe ni ho Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya umwami wa Isirayeli batangura kuduga gutera Yeruzalemu mu ntambara maze basugereza Ahazi, mugabo ntibashobora kurwana+. Yesaya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.
5 Ico gihe ni ho Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya umwami wa Isirayeli batangura kuduga gutera Yeruzalemu mu ntambara maze basugereza Ahazi, mugabo ntibashobora kurwana+.
2 Maze inzu ya Dawidi imenyeshwa ngo: “Siriya yegamiye Efurayimu+.” Maze umutima wiwe be n’umutima w’abantu biwe itangura kudegedwa, nka kurya ibiti vy’ikibira bidegedwa kubera umuyaga+.