ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Wiyubare ntufatwe n’umutego inyuma yayo+ amaze kuzimanganywa akava imbere yawe, kandi ntubariritse ivy’imana zayo ngo: ‘Ayo mahanga yahora akorera imana zayo ate? Nanje, egome, jewe, nzogira gutyo nyene.’

  • 2 Ngoma 28:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Atangura gushikanira ibimazi imana+ za Damasiko+ zariko zimukubita, akaguma avuga ati: “Kubera ko imana z’abami ba Siriya ziriko zirabatabara+, hinge ndazishikanire ibimazi kugira zintabare+.” Mugabo zino ziba ari zo zimubera igitsitaza, we na Isirayeli yose+.

  • Yeremiya 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ntimwige inzira y’amahanga+, kandi ntimucibwe ivutu n’ibimenyetso vyo mu majuru, kuko amahanga aciwe ivutu na vyo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika