Abalewi 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Misiri gikora, ico mwabayemwo+. Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Kanani gikora, ico ndiko ndabazanamwo+. Ntimuze mugendere mu vyagezwe vyabo. Abalewi 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+. Gusubira mu vyagezwe 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Wiyubare ntufatwe n’umutego inyuma yayo+ amaze kuzimanganywa akava imbere yawe, kandi ntubariritse ivy’imana zayo ngo: ‘Ayo mahanga yahora akorera imana zayo ate? Nanje, egome, jewe, nzogira gutyo nyene.’
3 Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Misiri gikora, ico mwabayemwo+. Ntimuze mukore nk’uko igihugu ca Kanani gikora, ico ndiko ndabazanamwo+. Ntimuze mugendere mu vyagezwe vyabo.
23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+.
30 Wiyubare ntufatwe n’umutego inyuma yayo+ amaze kuzimanganywa akava imbere yawe, kandi ntubariritse ivy’imana zayo ngo: ‘Ayo mahanga yahora akorera imana zayo ate? Nanje, egome, jewe, nzogira gutyo nyene.’