ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “‘Igihe umukuru+ acumuye agakora atabishaka kimwe mu bintu vyose Yehova Imana yiwe ategeka ko bidakwiye gukorwa+, gutyo rero akaba yagiriwe n’icaha,

  • Abalewi 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Kandi mu gihe umugabo yoshikiriza Yehova ikimazi c’ugusangira+ kugira ashitse indagano+ canke akagishikiriza bwa shikanwa ritangwa ku bushake, gikwiye kuba ikitagira agahonzi co mu busho canke mu mukuku, kugira ashimwe. Nta gahonzi na gatoyi gakwiye kuba kuri co.

  • 2 Ngoma 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi umwami n’abantu bose bariko bashikana ikimazi imbere ya Yehova+.

  • 2 Ngoma 29:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bazana amashūri indwi+, n’impfizi z’intama indwi, n’imyagazi y’intama y’amasuguru indwi, n’amasuguru y’impene indwi, bwa shikanwa ry’igicumuro+ ku bw’ubwami no ku bw’aheranda no ku bwa Yuda. Nuko abwira bene Aroni abaherezi+ ngo babishikane ku gicaniro ca Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika