ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “‘Nimba umuherezi, uwarobanujwe amavuta*+, acumuye+ ku buryo bituma abantu bagirwa n’icaha, aze ashikirize Yehova ikimasa kitagira agahonzi bwa shikanwa ry’igicumuro, ku bw’igicumuro yakoze+.

  • Abalewi 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 maze igicumuro bakoze kuri kimwe muri nya bintu kikamenyekana+, ishengero rero rize rishikirize ikimasa ngo kibe ishikanwa ry’igicumuro, kandi rize rikizane imbere y’ihema ry’ihuriro.

  • Guharura 15:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “‘Mu gihe na ho mwohuba ntimushitse aya mabwirizwa yose+ Yehova yabwiye Musa,

  • Guharura 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 ng’ibi rero ibizoba: nimba vyakorewe kure y’amaso y’ikoraniro bivuye ku kwihenda, ikoraniro ryose rize rihereze rero ikimasa kimwe bwa shikanwa riturirwa ku bw’akamoto karuhura kuri Yehova, n’ishikanwa ry’intete ryaryo be n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo, hisunzwe ukuntu bisanzwe bigirwa+, be n’umwagazi w’impene umwe bwa shikanwa ry’igicumuro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika