1 Abami 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Hanyuma atangura gukora ikiyaga gishongeshejwe+ cangana n’amatambwe cumi kuva ku mbiga yaco imwe gushika ku yindi mbiga, kikaba cari umuzingi irya n’ino; amahagarara yaco yari amatambwe atanu; kugikikuza cose vyasaba ikamba y’amatambwe mirongo itatu+. 2 Abami 25:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Za nkingi+ z’umujumpu zari mu nzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ vyari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo i Babiloni+.
23 Hanyuma atangura gukora ikiyaga gishongeshejwe+ cangana n’amatambwe cumi kuva ku mbiga yaco imwe gushika ku yindi mbiga, kikaba cari umuzingi irya n’ino; amahagarara yaco yari amatambwe atanu; kugikikuza cose vyasaba ikamba y’amatambwe mirongo itatu+.
13 Za nkingi+ z’umujumpu zari mu nzu ya Yehova, na ya mashareti+ be na ca kiyaga c’umujumpu+ vyari mu nzu ya Yehova, Abakaludaya barabimenagura baraheza batwara umujumpu wavyo i Babiloni+.