ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 “Kandi ibi ni vyo uzoshikana kuri ico gicaniro: impfizi z’intama zikiri nto, imwe yose imaze umwaka, wame ushikana zibiri ku musi+.

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.

  • Ezira 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Bahimbaza rero umusi mukuru w’insago+ bisunze ivyanditswe+, bagatanga ibimazi biturirwa ku musi ku musi bakurikije igitigiri, nk’uko ingingo igenga ivyabwirizwa gutangwa ku musi yari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika