1 Ngoma 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Dawidi abwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Jewe ubwanje naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira inzu izina+ rya Yehova Imana yanje.
7 Nuko Dawidi abwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Jewe ubwanje naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira inzu izina+ rya Yehova Imana yanje.