Kuvayo 40:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Mu kwezi kwa mbere+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, ubwirizwa gushinga ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro+. 2 Samweli 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Binjiza rero isandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; hanyuma Dawidi ashikana imbere ya Yehova ibimazi biturirwa+ n’ibimazi vy’ugusangira+.
2 “Mu kwezi kwa mbere+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, ubwirizwa gushinga ya taberenakulo y’ihema ry’ihuriro+.
17 Binjiza rero isandugu ya Yehova, bayishira mu kibanza cayo mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; hanyuma Dawidi ashikana imbere ya Yehova ibimazi biturirwa+ n’ibimazi vy’ugusangira+.