ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Uku kwezi kuzobabera intango y’amezi. Kuzobabera ukwa mbere mu mezi y’umwaka+.

  • Kuvayo 34:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Uze ugumye umusi mukuru w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Uzorya udutsima tutarimwo umwambiro, nk’uko nagutegetse, imisi indwi ku gihe cashinzwe mu kwezi kwa Abibu+, kuko mu kwezi kwa Abibu ari ho wavuye mu Misiri.

  • Esiteri 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu kwezi kwa mbere+, ari kwo kwezi kwa Nisani*, mu mwaka ugira cumi na kabiri+ w’Umwami Ahasuwerusi, batera Puri+ ari bwo Bupfindo+, imbere ya Hamani ku musi ku musi, ku kwezi ku kwezi, gushika mu kw’icumi na kabiri, ari kwo kwezi kwa Adari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika