ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Bagumye bapfindira ubupfindo abantu banje+, bagatanga umwana w’umuhungu bamukavye umumaraya+, umwana w’umukobwa bakamugurisha bamukavye umuvinyu, ngo binywere.

  • Obadiya 11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuri wa musi wari wihagarariye ku ruhande, ku musi ab’ahandi bajana inteko za gisirikare ziwe kuzigira imbohe+, igihe abanyamahanga katwa binjirana mw’irembo ryiwe+ bagapfindira+ Yeruzalemu, na wewe wari nk’umwe muri bo.

  • Matayo 27:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Bamaze kumumanika+, bagabura impuzu ziwe zo hejuru+ mu gupfinda ubupfindo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika