Zaburi 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko imbwa zinkikuje+;Ikoraniro ry’inkozi z’ikibi riranzitiye+.Nka kurya kw’intambwe, bari ku maboko yanje no ku birenge vyanje+. Yohani 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 baraheza bamumanika ng’aho+, be n’abandi babiri, umwe hino uwundi hirya, Yezu na we hagati+.
16 Kuko imbwa zinkikuje+;Ikoraniro ry’inkozi z’ikibi riranzitiye+.Nka kurya kw’intambwe, bari ku maboko yanje no ku birenge vyanje+.