Yohani 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nk’uko Musa yadugije inzoka+ mu gahinga, ni ko n’Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+, Ivyakozwe 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Imana ya ba sogokuruza bacu yarazuye+ Yezu, uwo mwebwe mwishe mumumanitse ku giti+. 2 Abakorinto 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we. Abagalatiya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”
21 Umwe atari azi igicumuro+ yamugize igicumuro+ ku bwacu, kugira ngo ducike ubugororotsi bw’Imana+ biciye kuri we.
13 Kristu mu kuducungura+ yaratubohoye+ umuvumo w’Itegeko mu gucika umuvumo+ mu kibanza cacu, kuko vyanditswe ngo: “Aravumwe umuntu wese amanitswe ku giti+.”