Itanguriro 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+. 1 Samweli 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi abaganwa+ b’Abafilisitiya barakunda gusohoka kugaba ibitero; igihe cose basohotse, Dawidi yarakorana ukwigengesera+ kuruta abasuku ba Sauli bose; nuko izina ryiwe riba iry’agaciro rwose+. Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+. Luka 1:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yamanuye ku ntebe z’icubahiro abanyabubasha+, ashira hejuru abantu batobato+;
2 nzogukuramwo ihanga rikomeye, kandi nzoguhezagira, kandi izina ryawe nzorigira irihambaye; nuko nube umuhezagiro+.
30 Kandi abaganwa+ b’Abafilisitiya barakunda gusohoka kugaba ibitero; igihe cose basohotse, Dawidi yarakorana ukwigengesera+ kuruta abasuku ba Sauli bose; nuko izina ryiwe riba iry’agaciro rwose+.