2 Samweli 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwami Dawidi aca arinjira, yicara imbere ya Yehova, maze avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Mukama Segaba Yehova? Kandi inzu yanje ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose?
18 Umwami Dawidi aca arinjira, yicara imbere ya Yehova, maze avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Mukama Segaba Yehova? Kandi inzu yanje ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose?