Gusubira mu vyagezwe 17:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’ Yosuwa 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.”
16 Ariko ntaze yiyongerereze amafarasi+, canke ngo atume abantu basubira mu Misiri ku bwo kwongereza amafarasi+ kandi Yehova yababwiye ati: ‘Ntimuze mwongere gusubira inyuma mujanye iyi nzira.’
6 Yehova aca abwira Yosuwa ati: “Ntubatinye+, kuko ejo nk’aya mango bose nzobagabura kuri Isirayeli, ukabagandagura. Amafarasi yabo muzoyaca ibitsi+, imikogote yabo na yo muyituririre mu muriro+.”