Gusubira mu vyagezwe 32:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.” 1 Samweli 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!” 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
27 Iyo ntatinya umwikomo noterwa n’umwansi+,Ngo abarwanizi babo bahave babitahura ukutari kwo+,Ngo bavuge ngo: “Ukuboko kwacu ni kwo kwatsinze+,Kandi si Yehova yakoze ivyo vyose+.”
10 Uwo Mufilisitiya abandanya kuvuga ati: “Jewe uyu musi ndacokoye+ koko abatonze urugamba ba Isirayeli. Nimumpe umugabo turwane+!”
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!