-
1 Ngoma 21:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Vyongeye, Imana y’ukuri irungika umumarayika i Yeruzalemu kugira ngo ahahonye+; agitangura kuhahonya, Yehova arabibona hanyuma atangura kwicuza kubera ico cago+; maze abwira nya mumarayika yariko arahonya ati: “Birahagije+! Ubu rero numanure ukuboko kwawe.” Uwo mumarayika wa Yehova yari ahagaze hafi y’imbuga y’ikubitiro ya Orunani*+ Umuyebusi+.
-