ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nayo Umwami Dawidi, atuma kuri Zadoki+ na Abiyatari+ abaherezi, ati: “Mubwire abagabo b’inararibonye ba Yuda+ muti: ‘Kubera iki mwoba aba nyuma mu kugarukana umwami ku nzu yiwe, kandi ijambo rya Isirayeli yose ryashikiriye umwami aho aba?

  • 1 Abami 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Agirana ibiganiro na Yowabu mwene Zeruwiya be na Abiyatari+ umuherezi, bano batangura gufasha Adoniya+ no kumukurikira.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika