2 Samweli 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, kuva mu gitondo gushika igihe cashinzwe, ku buryo mu bantu, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, hapfa abantu ibihumbi mirongo irindwi+. 1 Ngoma 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ico kintu kiba kibi mu maso y’Imana y’ukuri+, ku buryo ikubita Isirayeli.
15 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, kuva mu gitondo gushika igihe cashinzwe, ku buryo mu bantu, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, hapfa abantu ibihumbi mirongo irindwi+.