Guharura 16:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!” Gusubira mu vyagezwe 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova azotuma ikiza kikwumirako gushika agutikije ku butaka uriko urajamwo ngo ubwigarurire+. 1 Ngoma 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, ku buryo muri Isirayeli hagwa abantu ibihumbi mirongo irindwi+. 1 Ngoma 27:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari yatanguye guharūra, mugabo ntiyarangiza+; ku bw’ivyo Isirayeli irarakarirwa+, maze ico gitigiri nticaja mu nkuru y’ivyo mu misi y’Umwami Dawidi.
46 Inyuma y’ivyo Musa abwira Aroni ati: “Tora ikijamwo umuriro, ugishiremwo umuriro uvuye ku gicaniro+, ugishireko imibavu maze unyarukire iyo ikoraniro riri ubatangire impongano+, kuko Yehova yarakaye+. Icago catanguye!”
14 Maze Yehova arungika ikiza+ muri Isirayeli, ku buryo muri Isirayeli hagwa abantu ibihumbi mirongo irindwi+.
24 Yowabu+ mwene Zeruwiya yari yatanguye guharūra, mugabo ntiyarangiza+; ku bw’ivyo Isirayeli irarakarirwa+, maze ico gitigiri nticaja mu nkuru y’ivyo mu misi y’Umwami Dawidi.