1 Samweli 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Dawidi yarakubita igihugu, mugabo ntazigamire ubuzima umugabo canke umugore+; yaratwara imikuku n’amasho n’indogobwa n’ingamiya n’impuzu, hanyuma agasubira inyuma, akaja kwa Akishi.
9 Dawidi yarakubita igihugu, mugabo ntazigamire ubuzima umugabo canke umugore+; yaratwara imikuku n’amasho n’indogobwa n’ingamiya n’impuzu, hanyuma agasubira inyuma, akaja kwa Akishi.