1 Ngoma 17:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’” Zaburi 72:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Azogira abatwarwa kuva ku kiyaga gushika ku kindi+,No kuva kuri rwa Ruzi+ gushika ku mpera z’isi+.
14 Nzotuma ahagarara mu nzu+ yanje no mu ngoma+ yanje gushika igihe kitagira urugero, kandi intebe y’ubwami yiwe+ izoba iy’igihe kitagira urugero.”’”