ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 89:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Uruvyaro rwiwe ruzokwamaho mbere gushika igihe kitagira urugero+,

      Intebe yiwe y’ubwami na yo nk’izuba imbere yanje+.

  • Yeremiya 33:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 n’isezerano ryanje nagiranye na Dawidi umusavyi wanje+ rero ryoshobora guhagarikwa, ku buryo ataronka umuhungu aganza ku ntebe yiwe y’ubwami+; n’iryo nagiranye n’Abalewi, abaherezi, abasuku banje+.

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,

  • Abaheburayo 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.

  • Ivyahishuwe 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika