ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nya bakerubi bategerezwa kuba bashanje amababa yabo araba hejuru, bakingīrije umurumyo amababa yabo, mu maso habo harabana+. Mu maso ha nya bakerubi hakwiye kuba haraba ku murumyo.

  • 1 Samweli 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko abantu batuma i Shilo maze bakurayo isandugu y’isezerano rya Yehova nyen’ingabo, umwe yicara ku bakerubi*+. Kandi ba bahungu babiri ba Eli, ari bo Hofuni na Finehasi+, bari ng’aho bari kumwe n’isandugu y’isezerano ry’Imana y’ukuri.

  • 1 Abami 6:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Vyongeye, mu cumba c’ahitereye ahingura abakerubi*+ babiri mu giti c’amavuta, amahagarara y’umwumwe wese akaba yari amatambwe cumi+.

  • Zaburi 80:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,

      Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.

      Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika