1 Abami 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 None rero, Yehova Mana yanje, ni wewe wimitse umusavyi wawe umugira umwami mu kibanza ca Dawidi dawe, kandi jewe ndi agahungu+. Sinzi iyo bija n’iyo biva+. Imigani 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nabaye umwana nyawe kuri dawe+, yoroshe kandi w’ikinege imbere ya mawe+.
7 None rero, Yehova Mana yanje, ni wewe wimitse umusavyi wawe umugira umwami mu kibanza ca Dawidi dawe, kandi jewe ndi agahungu+. Sinzi iyo bija n’iyo biva+.