1 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nuko Dawidi umwami abwira ishengero+ ryose ati: “Salomo umuhungu wanje, uwo Imana yatoye+, aracari muto+ kandi nta nkomezi aragira, mugabo igikorwa ni kinini; kuko iyo ngoro atari iy’umuntu+, ariko ni iya Yehova Imana. Yeremiya 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe vy’ukuri sinzi kuvuga+, kuko ndi agahungu+.” Matayo 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uwo wese yishira hejuru azocishwa bugufi+, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+. 2 Abakorinto 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 yamara vy’ukuri yambwiye ati: “Ubuntu ata wari abukwiriye bwanje burahagije+ kuri wewe; kuko ububasha bwanje buriko butunganirizwa mu bugoyagoye+.” Nzopfuma rero nirata mpimbawe rwose ku bijanye n’ubugoyagoye bwanje+, ngo ububasha bwa Kristu bugume kuri jewe nk’ihema.
29 Nuko Dawidi umwami abwira ishengero+ ryose ati: “Salomo umuhungu wanje, uwo Imana yatoye+, aracari muto+ kandi nta nkomezi aragira, mugabo igikorwa ni kinini; kuko iyo ngoro atari iy’umuntu+, ariko ni iya Yehova Imana.
9 yamara vy’ukuri yambwiye ati: “Ubuntu ata wari abukwiriye bwanje burahagije+ kuri wewe; kuko ububasha bwanje buriko butunganirizwa mu bugoyagoye+.” Nzopfuma rero nirata mpimbawe rwose ku bijanye n’ubugoyagoye bwanje+, ngo ububasha bwa Kristu bugume kuri jewe nk’ihema.