Guharura 27:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.” Gusubira mu vyagezwe 31:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’ 2 Samweli 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ejo be n’imbere yaho+, igihe Sauli yari umwami atuganza, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+. Maze Yehova akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ ya Isirayeli.’”
17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.”
2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’
2 Ejo be n’imbere yaho+, igihe Sauli yari umwami atuganza, ni wewe wasohokana Isirayeli ku rugamba ukongera ukayigarukana+. Maze Yehova akubwira ati: ‘Ni wewe uzoragira+ igisata canje Isirayeli, kandi ni wewe uzoba indongozi+ ya Isirayeli.’”