ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Bwa shikanwa ryayo ry’intete, muze muhereze ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa y’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, akamoto karuhura. Bwa shikanwa ry’ikinyobwa ryayo na ho, ica kane ca hini y’umuvinyu.

  • Guharura 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi uze uhereze umuvinyu bwa shikanwa ry’ikinyobwa+, ica kane ca hini, uri kumwe n’ishikanwa riturirwa canke ikimazi c’umwagazi w’intama w’isuguru umwe wose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika