2 Ngoma 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.” Umusiguzi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nabaye uwuhambaye, ndagwiza ibintu, kuruta uwo ari we wese yabayeho imbere yanje i Yeruzalemu+. Vyongeye, ubukerebutsi bwanje narabugumanye+.
12 ubukerebutsi n’ubumenyi urabihawe+; nzoguha n’ubutunzi n’amatungo n’iteka ata bami bakwitangiye imbere bigeze bagira+, kandi ata n’umwe azoza mu nyuma zawe azogira+.”
9 Nabaye uwuhambaye, ndagwiza ibintu, kuruta uwo ari we wese yabayeho imbere yanje i Yeruzalemu+. Vyongeye, ubukerebutsi bwanje narabugumanye+.