Yosuwa 15:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Halihuli, Beti-zuri na Gedori, 2 Ngoma 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 na Beti-zuri+ na Soko+ na Adulamu+, Nehemiya 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma ziwe Nehemiya mwene Azibuki, umuganwa w’igice c’intara ya Beti-zuri+, akora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Imva+ za Dawidi no gushika ku kidengeri+ cari carakozwe no gushika ku Nzu y’Abanyenkomezi+.
16 Mu nyuma ziwe Nehemiya mwene Azibuki, umuganwa w’igice c’intara ya Beti-zuri+, akora igikorwa co gusanasana gushika imbere y’Imva+ za Dawidi no gushika ku kidengeri+ cari carakozwe no gushika ku Nzu y’Abanyenkomezi+.