Yosuwa 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Muri Shefela+ hari Eshitayoli+ na Zora+ na Ashina, Yosuwa 19:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umupaka w’intoranwa yabo wari Zora+ na Eshitayoli na Iri-shemeshi, Abacamanza 13:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma impwemu ya Yehova+ itangura kumucanira i Mahane-dani+, hagati ya Zora+ na Eshitayoli+. Abacamanza 16:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu nyuma bene wabo be n’urugo rwa se rwose baramanuka, baramuterura baramudugana, bamuhamba hagati ya Zora+ na Eshitayoli+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Manowa+ se wiwe. Samusoni yari amaze imyaka mirongo ibiri acira imanza Isirayeli+.
31 Mu nyuma bene wabo be n’urugo rwa se rwose baramanuka, baramuterura baramudugana, bamuhamba hagati ya Zora+ na Eshitayoli+, mw’itongo ryo guhambamwo rya Manowa+ se wiwe. Samusoni yari amaze imyaka mirongo ibiri acira imanza Isirayeli+.