ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.

  • Abacamanza 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi Heberi+ Umukeni yari yaratandukanye n’Abakeni+, bene Hobabu, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, akaba yari yashinze ihema ryiwe iruhande y’igiti kinini i Zayananimu, ahari i Kedeshi.

  • 1 Samweli 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ico gihe Sauli abwira Abakeni+ ati: “Hogi, nimugende+, mumanuke muve hagati y’Abamaleki, kugira sindabazimanganye hamwe na bo. Wewe waragiriye ubuntu bwuzuye urukundo bene Isirayeli bose+ igihe baduga bavuye mu Misiri+.” Nuko Abakeni bava hagati muri Amaleki baragenda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika