17 Maze bene Isirayeli bafata inzira, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu; nya bisagara vyabo vyari Gibeyoni+ na Kefira+ na Beyeroti+ na Kiriyati-yeyarimu+.
29 Mugabo ya taberenakulo ya Yehova Musa yari yarakoreye mu gahinga na ca gicaniro c’ishikanwa riturirwa, ico gihe vyari ku kibanza gikirurutse c’i Gibeyoni+.