Abacamanza 9:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Abimeleki aca ahamagara ningoga umusuku yari atwaye ibirwanisho vyiwe, amubwira ati: “Sokora inkota yawe unyice+, kugira ngo ntibaze bavuge ku binyerekeye ngo: ‘Umugore ni we yamwishe.’” Buno nyene, nya musuku wiwe aramutobekeranya, arapfa+. 2 Samweli 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: ‘Ndakwinginze uhagarare iruhande yanje umpohoshe, kuko ikinyanya* camfashe, kubera yuko ubuzima+ bwanje bwose bukiri muri jewe.’
54 Abimeleki aca ahamagara ningoga umusuku yari atwaye ibirwanisho vyiwe, amubwira ati: “Sokora inkota yawe unyice+, kugira ngo ntibaze bavuge ku binyerekeye ngo: ‘Umugore ni we yamwishe.’” Buno nyene, nya musuku wiwe aramutobekeranya, arapfa+.
9 Maze avuga ati: ‘Ndakwinginze uhagarare iruhande yanje umpohoshe, kuko ikinyanya* camfashe, kubera yuko ubuzima+ bwanje bwose bukiri muri jewe.’