Itanguriro 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze bashika ku mbuga y’ikubitiro+ ya Atadi iri mu karere ka Yorodani+; bahavugiriza amaborogo menshi cane kandi akomeye cane, agira n’imigenzo y’ukugandarira se wiwe imisi indwi+. 2 Samweli 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu nyuma abantu bose baza guha Dawidi umukate+ ku bwo kumwirura, hakiri kuri uwo murango, mugabo Dawidi ararahira, ati: “Imana ingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo, ninahonja umukate canke ikindi kintu izuba ritararenga+!”
10 Maze bashika ku mbuga y’ikubitiro+ ya Atadi iri mu karere ka Yorodani+; bahavugiriza amaborogo menshi cane kandi akomeye cane, agira n’imigenzo y’ukugandarira se wiwe imisi indwi+.
35 Mu nyuma abantu bose baza guha Dawidi umukate+ ku bwo kumwirura, hakiri kuri uwo murango, mugabo Dawidi ararahira, ati: “Imana ingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo, ninahonja umukate canke ikindi kintu izuba ritararenga+!”