1 Samweli 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma Sauli azanana n’abantu biwe kumurondera+. Babimenyesheje Dawidi, aca amanuka ku rutare+ maze abandanya kuba mu gahinga ka Mawoni. Sauli avyumvise, yoma inyuma+ Dawidi muri ako gahinga ka Mawoni.
25 Mu nyuma Sauli azanana n’abantu biwe kumurondera+. Babimenyesheje Dawidi, aca amanuka ku rutare+ maze abandanya kuba mu gahinga ka Mawoni. Sauli avyumvise, yoma inyuma+ Dawidi muri ako gahinga ka Mawoni.