49 Aroni+ n’abahungu biwe bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ ku gicaniro c’ishikanwa riturirwa+ no ku gicaniro c’imibavu+, ku bijanye n’igikorwa cose c’ibintu vyeranda rwose no kugira ngo batangire impongano+ Isirayeli+, bisunze ivyo Musa umusavyi w’Imana y’ukuri yari yarategetse vyose.