Abalewi 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Emwe, mwebwe nzobashinga igitsure canje*, kandi ntimuzogenda mudatsinzwe imbere y’abansi banyu+. Ababanka bazobahonyangira hasi+, kandi muzohunga ata wubomye inyuma+. Guharura 27:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.” Gusubira mu vyagezwe 28:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+. Zakariya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.
17 Emwe, mwebwe nzobashinga igitsure canje*, kandi ntimuzogenda mudatsinzwe imbere y’abansi banyu+. Ababanka bazobahonyangira hasi+, kandi muzohunga ata wubomye inyuma+.
17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.”
25 Yehova azotuma utsindwa imbere y’abansi bawe+. Uzojana inzira imwe ugiye kubatera, ujane inzira indwi ubahunga. Kandi uzocika akumiza ku bwami bwose bwo kw’isi+.
2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.