1 Abami 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nayo umwami wa Siriya, yari yategetse ba bakuru mirongo itatu na babiri+ b’imikogote yiwe ati: “Ntimurwanye umuto canke uwukomeye, mugabo murwanye umwami wa Isirayeli wenyene+.” Imigani 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.
31 Nayo umwami wa Siriya, yari yategetse ba bakuru mirongo itatu na babiri+ b’imikogote yiwe ati: “Ntimurwanye umuto canke uwukomeye, mugabo murwanye umwami wa Isirayeli wenyene+.”
6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.