2 Ngoma 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nya bakuru b’imikogote bakimara kubona Yehoshafati, bibwira bati: “Ni umwami wa Isirayeli+.” Barahindukira rero kugira bamurwanye; maze Yehoshafati atangura gutabaza+, Yehova na we ubwiwe aramufasha+, Imana ica ibakwegakwegera kure yiwe+. 2 Ngoma 18:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nya bakuru b’imikogote bakibona yuko atari umwami wa Isirayeli, baca basubira inyuma bareka kumukurikira+.
31 Nya bakuru b’imikogote bakimara kubona Yehoshafati, bibwira bati: “Ni umwami wa Isirayeli+.” Barahindukira rero kugira bamurwanye; maze Yehoshafati atangura gutabaza+, Yehova na we ubwiwe aramufasha+, Imana ica ibakwegakwegera kure yiwe+.
32 Nya bakuru b’imikogote bakibona yuko atari umwami wa Isirayeli, baca basubira inyuma bareka kumukurikira+.