-
2 Ngoma 20:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Ejo muze mumanuke kubategera. Ehe bariko badugana akanyuro ka Zizi; muzobasanga koko ku mpera y’umwonga imbere y’agahinga ka Yeruweli.
-
-
2 Ngoma 20:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Nuko bahaguruka kare mu gitondo maze barasohoka baja mu gahinga+ ka Tekowa+. Bariko barasohoka, Yehoshafati arahaguruka maze avuga ati: “Nimunyumve, ewe Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+! Nimwizere+ Yehova Imana yanyu kugira ngo mumare ikiringo kirekire. Nimwizere abahanuzi biwe+ mubone kuroranirwa.”
-