Kuvayo 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu. Yesaya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’” Abaheburayo 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.
9 Yehova aca abwira Musa ati: “Ehe ndaje kuri wewe mu gicu cijimye+, kugira abantu bumve igihe mvugana nawe+, no kugira ngo na wewe bakwizere gushika igihe kitagira urugero+.” Maze Musa yiganira Yehova amajambo y’abantu.
9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”
6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.